Bubanza
Bubanza ni intara imwe mu ntara 18 zigize igihugu c'uburundi. Bubanza kandi ni igisagara Kiri muri iyo ntara nyene ya Bubanza iri mugihugu c' UBurundi. Intara nyene ya Bubanza itumbereye mu burengero bw'Igihugu c' Uburundi ikaba ihana imbibe N'intara za Kayanza, Cibitoke, Bujumbura na Muramvya n'igica ca Republika iharanira intwaro Rusangi ya Kongo (RDC).
- Abanyagihugu: 14.945 (2009)