Muramvya
Muramvya ni igisagara kimwe mubisagara bigize igihugu c'Uburundi, Muramvya kandi ni intara Umwe muntara icumi n'umunani zigize igihugu ciza c'Uburundi. Kikaba kiri mugihugu hagati, ndetse muramvya yarabaye umugwa mukuru wa CAMI kungoma y'Abami.
- Abanyagihugu: 17.600 (2010).