Ijambo Ikindi ni ikirundi rifise insiguro zibiri. Ku ruhande rwa mbere rigisigura inyama bashira mu mavuta y'inka bagaca bazishira mu nkono hanyuma bagaca bazishira hejuru y'iziko kugira zimare igihe kirekire zidapfuye.
Insiguro ya kabiri nayo, ikindi risibanura (autre chose) ikindi kintu