Kiseperanto
Iki esiperanto (Esperanto) ni ururimi rw’isi; ruravugwa hose n'abantu bashaka kuvugana.
'abantu
b’ururimi rundi. L. L. Zamenhof yaruremye m'umwaka w'1887. Rwitiranwe Doktoro Esperanto (Umuganga Mw’icizigiro, izina y’umwandika mw’igitabo yambere y’ikisiperanto). Ururimi ruravugwa kuruta indimi zose ndemano.
Kubuga
hinyanyura inyandiko
Kiseperanto | Kirundi |
---|---|
a | nka ikirundi |
b | nka b mu mb |
c | nka ts |
ĉ | nka c |
d | nka d mu nd |
e | nka ikirundi |
f | nka ikirundi |
g | nka ikirundi |
ĝ | nka j |
h | nka ikirundi |
ĥ | nka k mu nk |
i | nka ikirundi |
j | nka y |
ĵ | nka zh, igice ca kabiri mu j |
k | nka ikirundi |
l | nka ikirundi |
m | nka ikirundi |
n | nka ikirundi |
o | nka ikirundi |
p | nka ikirundi |
r | nka ikirundi |
s | nka ikirundi |
ŝ | nka sh |
t | nka ikirundi |
u | nka ikirundi |
ŭ | nka w |
v | nka igice ca kabiri mu v |
z | nka igice ca kabiri mu z |
Ibiharuro
hinyanyura inyandikoibiharuro | Kirundi | Kiseperanto |
---|---|---|
0 | ubusa | nul |
1 | rimwe | unu |
2 | evyiri | du |
3 | esheshatu | tri |
4 | ennye | kvar |
5 | itanu | kvin |
6 | gatandatu | ses |
7 | indwi | sep |
8 | umunani | ok |
9 | icenda | naŭ |
10 | icumi | dek |
11 | cumi na rimwe | dek unu |
20 | mirong’ibiri | dudek |
30 | mirong’itatu | tridek |
40 | mirong’ine | kvardek |
50 | mirong’itanu | kvindek |
60 | mirong’itandatu | sesdek |
70 | mirong’indwe | sepdek |
80 | mirong’umunani | okdek |
90 | mirong’icenda | naŭdek |
100 | ijana | cent |
1.000 | igihumbi | mil |