Intara ya Gitega iri muntara cumi n'umunani z'Uburundi, ikaba ifise kirometero kwadaro 1,979 kandi ibamwo abantu 725,223 (2008). Ifise ama Komine 11 zigabuyemwo zone 32 n' imitumba (Corine) 265. Ubu Gitega ni umugwa mukuru w'igihugu mubijanye n'intwaro

IProvense ya Gitega
Gitega Mushasha

hinyanyura inyandiko

hinyanyura inyandiko

Ingero:IProvense y'Uburundi