IProvense ya Bujumbura Rural

(Bisubijwe kuva kuri IProvense ya Bujumbura)

Intara ya Bujumbura Rural iri muntara cumi n'umunani zigize Uburundi. Uwahoze ari umukuru w'igihugu c'uburundi cypriano Ntaryamira akaba ariho yavukiye. Intara ya Bujumbura igizwe namakomine akurikira: Kanyosha,Nyabiraba,Isare,Mutambu,Mutimbuzi,Mubimbi,Kabezi,Mukike,Mugongomanga.

IProvense ya Bujumbura Rural

Ingero:IProvensi y'Uburundi