Bihembe ni itazirano baha inka m'Uburundi.

Bihembe, ni ijambo kandi rikoreshwa cane mu manza canke mu mvugo zisanzwe. Mu gusaba umugeni, mw'ijambo bavuga ngo " Ndabasavye inka, inka atari Bihembe, inka muntu. Aha rero, Bihembe ni ikigereranyo c'inka. Inka ni igikoko c'igitungano kirya ivyatsi kikagira amaguru abiri n'amaboko abiri [1]