Batoza ni umusozi utumbereye muri komine Muhuta yahoze iri mu ntara ya Bujumbura benshi bakunze kwita Bujumbura Rural ariko ubu ikaba iri mu ntara ya Rumonge mu gihugu c' Uburundi. Batoza ufise uburebure bwa Metero 2 205