Ikiyaga Tanganyika canke Tanganika ni kimwe mu biyaga binini vyo muri Afirika. Ni ica kabiri muri Afirika mu bwaguke inyuma y'ikiyaga Victoria.

Tanganyika

Tanganyika ni ikiyaga kirimwo amafi y'ubwoko bwinshi.

Bujumbura Lac Tanganyika
Fisherman on Lake Tanganyika