Amata: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Content deleted Content added
Guhubura 2022
Amaparati: Mobile edit Mobile web edit
No edit summary
Umurongo 1:
'''Amata''' ni ikinyobwa kiva mubikoko bimwe bimwe vyonsa, gifise irangi ryera. Ni igifungurwaikinyobwa kirimwo ingaburo yikwije iri ku rugero gworwo hejuru, ikoreshwagikoreshwa cane cane mu kugaburira abana bakiri bato, kigatuma bakura neza bafise amagara meza. Mugabo nkabana bakivuka sivyiza gushoka babaha amata nkakarorero nk'ay'inka kubera aba arimwo ingaburo nyinshi idakwiranye n'umwana. Rero ni vyiza ko abana baba bakiri bato cane nk'abakivuka kugera ku mezi atandatatu babaha amata yitwa amaberebere kuko ariyo abafasha gukura neza.
 
Ico kinyobwa (amata) kiranyobwa kandi n'abakuze ndetse kikanabagirira akamaro kanini kuko kirimwo ingaburo yikwije gose.
[[File:Milk_loading.jpg|thumb|Amata.]]
[[File:Milk_glass.jpg|thumb|Amata ari mu kirahuri.]]