Ikambari: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Content deleted Content added
Guhubura 2022
Amaparati: Mobile edit Mobile web edit
Guhubura 2022
Amaparati: Mobile edit Mobile web edit
 
Umurongo 1:
'''Ikambari''' canke '''isomvyi''' (''Clarias gariepinus'') ni ifi zirobwa mu nzuzi zo mu Burundi; cane cane mu tugezi ahantu haba hagwiriye ivyatsi biboze. no mu kiyaga ca Tanganyika zirabonekayo ariko ho zirakura cane gusumvya izo mimu tugezi. Ifise urukoba runyerera cane ikiva mu mazi kandi nta bigaragamba ifise.
 
[[File:Heterobranchus_longifilis_(cropped).jpg|thumb|Heterobranchus longifilis (cropped) uyirabiye mu mazi]]