Ikambari: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Content deleted Content added
Small correction
Guhubura 2022
Amaparati: Mobile edit Mobile web edit
Umurongo 1:
'''Ikambari''' canke '''isomvyi''' (''Clarias gariepinus'') ni ifi zirobwa mu nzuzi zo mu Burundi; cane cane mu tugezi ahantu haba hagwiriye ivyatsi biboze. no mu kiyaga ca tanganyikaTanganyika zirabonekayo ariko ho zirakura cane gusumvya izo mi tugezi. Ifise urukoba runyerera cane ikiva mu mazi kandi nta bigaragamba ifise.
 
[[File:Heterobranchus_longifilis_(cropped).jpg|thumb|Heterobranchus longifilis (cropped) uyirabiye mu mazi]]