Uburundi: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Content deleted Content added
Guhubura 2022
Amaparati: Visual edit Mobile edit Mobile web edit
No edit summary
Amaparati: Visual edit Mobile edit Mobile web edit
Umurongo 27:
 
== Akahise ==
Abashakashatsi bavuga ko Uburundi bwamyeho bwa gihugunk'igihugu cikwiye kuva mu kinjana ca 16. Mu mwaka w'1903 niho catakaza intahe y’ukwikukira igihe hashikiye abadagi; umwami w’ico gihe [[Mwezi Gisabo]] akaba yasinyanye nabo Amasezerano y’i Kiganda. Haheze ingwano ya mbere y’isi yose caciye gicurwa bufuni na buhoro n'igihugu c’Ububirigi. Uburundi bwarafatanijwe n’igihugu c'[[Urwanda]]: [[Rwanda-Urundi]]. Ku wa 1 Mukakaro 1962 niho casubira kuronka intahe yaco y´'ukwikukira irondewe n´'umuganwa [[Rudoviko Rwagasore|Rwagasore Rudoviko]] umuhungu w'umwami Mwambutsa Bangiricenge akaba n'umukuru w’umugambwe w'abadasiganaAbadasigana [[UPRONA]]. Uburundi cari igihugu cifashe kandi cagutse. Mu nyuma ku ntwaro y'Ababirigi gitakaza Ubugufi, imwe mu ntara yari nini, ica yegukira igihugu ca Tanzaniya.
 
Akahise k’Uburundi karanzwe n’igihe c’ubwami bwa kera bwabayeho imbere y’ubukoroni, n’imbibe zitahindutse. Uburundi bwashinze imizi kuva mu kinjana ca 16 canke ca 17 mu karere karimwo abantu kuva mu kimpumbi ca mbere imbere y’umuzo wa Yezu Kirisu. Bwari Ubwami bushingiye ku migenzo n’amategeko kama y’Imana, umwe wese akamenya ico ajejwe ariko kandi ata migenderanire ishemeye n’amakungu iriho. Ico gihugu rero kitagira imihora co muri Afirika y’Ubuseruko, gitumbereye mu karere k’ibiyaga binini kikaba kigizwe n’[[abahutu]] (bangana n’ibice 85%), [[abatutsi]] (bangana n’ibice 14%) n’[[abatwa]] (bangana n’igice 1%) kikaba kirangwa n’imico imwe n’ururimi rumwe. Indimi zizwi kandi zikoreshwa mu kazi ni ikirundi, igifaransa; igiswahili gikoreshwa canecane mu buzima b'urudandazwa.