Sickle-cell: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Content deleted Content added
#WPWP #WPWPBI
Guhubura 2022
Amaparati: Visual edit Mobile edit Mobile web edit
Umurongo 4:
[[Indwara]] yitwa '''Sickle-cell'''
 
Uturingoti tw’amaraso atukura nitwo dukwiza umwuka bita ''oxygen'' mu mubiri wose. Uturingoti tw’amarasontw’amaraso atukura dusanzwe dufise ishusho ryiburungushuye kandi tukagira akabiri koroshe, bigatuma amaraso atemba neza mu mubiri.
 
Iyo mibiri ifise iforoma riteye nk’ukwezi irashobora gufatana hanyuma igaca izibira uturingoti duto twa marasotw'amaraso, iyo umuntu yanduye indwara, aca ya mayama akanye cane canke akenye amazi mu mubiri. Iyo uturingoti tw’amaraso tuzivye, ntampwemu zikwiye zishikira ivyo bice vy’umubiri. Uturingoti tw’amaraso tuzivye turashobra gutuma umuntu aronka ububabare, akandura indwara canke bigatuma haba ibice vy’umubiri vyononekara. Ibi bishobora gutera ingorane zikomeye iyo amahaha n’ubwonko bishikiriwe.
[[File:Sickle_Cell_Disease.jpg|thumb|Sickle Cell Disease]]
[[File:Sickle_Cell_Blood_Smear.JPG|thumb|Sickle Cell Blood Smear]]