Uburundi: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Content deleted Content added
Guhubura 2022
Amaparati: Visual edit Mobile edit Mobile web edit
Guhubura 2022
Amaparati: Visual edit Mobile edit Mobile web edit
Umurongo 54:
Mu Burundi abana batangura amashure yisumbuye bafise imyaka icumi n'ibiri canke icumi n'itatu iyo batahitiye. Mu bisanzwe amashure yisumbuye agizwe n'ibice bibiri. Mu gice ca mbere abana bamara imyaka ine ku ntebe y'ishure.Ivyirwa bikuru bikuru bakurikira ni ibi: 1. Indimi(ikirundi, igifaransa n'icongereza ubu harimwo n'igiswahili): 2. Ibiharuro 3. Akahise 4. Indonda bihugu 5. Uburimyi 6. Kunonora imitsi 7. Ubuhinga
 
Kugira babandanye igice ca kabiri, bategerezwa kumenya ikibazo co mu mwaka w'icumi. Abafise ubumenyi bujanye n'ibiharuro, barashobora guhitamwo kubandanya amashure yisumbuye mu gisata c'ibiharuro n'ibindi vyirwa bijanye. Abafise amanota meza mu ndimi n'ibindi vyirwa bijanye na bo bashobora kubandanya amashure yisumbuye mu gisata c'indimi. Muri ico gihe, ivyirwa abana biga biba bishimikiye ku ndimi canke ku biharuro. Bitayeko, abana barashobora guhitamwo kwiga amashure y'imyuga. Abana bahisemwo kunonosora ibiharuro canke indimi, bategerezwa gukora ikibazo co mu mwaka w'icumi na gatatu. Ni ikibazo c'Iretaca Reta gihambaye cane gitanga uburenganzira bwo kwinjira muri kaminuza.<ref>{{cite web|url=http://www.university-directory.eu/Burundi/Burundi-Universities.html|title=Amashure kaminuza}}</ref>
 
<br /><gallery mode="packed" heights="100" class="center">