Uburundi: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo
Content deleted Content added
Guhubura 2022 Amaparati: Visual edit Mobile edit Mobile web edit |
Guhubura 2022 Amaparati: Visual edit Mobile edit Mobile web edit |
||
Umurongo 54:
Mu Burundi abana batangura amashure yisumbuye bafise imyaka icumi n'ibiri canke icumi n'itatu iyo batahitiye. Mu bisanzwe amashure yisumbuye agizwe n'ibice bibiri. Mu gice ca mbere abana bamara imyaka ine ku ntebe y'ishure.Ivyirwa bikuru bikuru bakurikira ni ibi: 1. Indimi(ikirundi, igifaransa n'icongereza ubu harimwo n'igiswahili): 2. Ibiharuro 3. Akahise 4. Indonda bihugu 5. Uburimyi 6. Kunonora imitsi 7. Ubuhinga
Kugira babandanye igice ca kabiri, bategerezwa kumenya ikibazo co mu mwaka w'icumi. Abafise ubumenyi bujanye n'ibiharuro, barashobora guhitamwo kubandanya amashure yisumbuye mu gisata c'ibiharuro n'ibindi vyirwa bijanye. Abafise amanota meza mu ndimi n'ibindi vyirwa bijanye na bo bashobora
<br /><gallery mode="packed" heights="100" class="center">
|