Uburundi: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Content deleted Content added
Guhubura 2022
Amaparati: Visual edit Mobile edit Mobile web edit
Guhubura 2022
Amaparati: Visual edit Mobile edit Mobile web edit
Umurongo 49:
[[File:Juego_Burundi.jpg|thumb|Juego Burundi]]
[[Amashure matoya]] : Mu Burundi abana batangura amashure matoya bafise imyaka itandatu.
Amashure matoya atunganijwe mu myaka itandatu. Umwaka wa gatandatu uherezwa n'ikibazo ca Reta giha abarushije abandi uburenganzira bwo kwiga mu mashure yisumbuye akukira Reta. Abamenye mugabo bataronse ubwo burenganzira, baca biga amshureamashure yisumbuye akukira amakomine. Abo kinaniye barashobora guhitira canke bagaheba kwiga, bakaja kurondera ubuzima mu myuga mitomito. Abenshi muri abo birabagora cane kwiteza imbere kuko baba bavuye mw'ishure bakiri bato kandi ata bumenyi bukwiye bafise.
 
[[Amashure y'isumbuye]]