Uburundi: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Content deleted Content added
tNo edit summary
Amaparati: Visual edit Mobile edit Mobile web edit
Guhubura 2022
Umurongo 17:
'''Repuburika y’Uburundi (Uburundi)''' ni igihugu kiri muri [[Bufirika|Afirika]] y’ubuseruko. Bukikujwe n'[[Urwanda]] mu buraruko; [[Tanzania|Tanzaniya]] mu buseruko hamwe na Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo [[RDC]] mu burengero. Ikiyaga [[Tanganyika]] kiri mu burengero bw’[[Uburundi]] kiri hafi y’umurwa mukuru w'ubutunzi [[Bujumbura]] kikaba ari ica kabiri kw’isi gifise munsi kure cane.
 
* ''Izina ry’Igihugu'': Repuburika y’Uburundi;
* ''Umurwa mukuru w'intwaro (Poritike)'': [[Bujumbura|Gitega]]
*''Umurwa mukuru w'ubutunzi'': [[Bujumbura]]
* ''Uburinganire'': Ibirometero kwadarato 27.834 (incuro indwi izinga rya Mayoroka);
* ''Abanyagihugu'': 12.100.000 (2019) muri iyi myaka mirongo itatu iheze igitigiri c’abantu caraduze incuro kabiri;
* ''Ukurundana'': Abantu 435 ku kirometero kwadarato: Uburundi buri mu bihugu bifise abantu benshi muri Afirika
* ''Ukwikukira'': Ku wa mbere Mukakaro 1962 (01/07/1962);
* ''Icitiro'': Umurundi, Umurundikazi;
 
== Akahise ==