Uburundi: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo
Content deleted Content added
#WPWP #WPWPBI |
Correction orthographique |
||
Umurongo 14:
| align=center colspan=2 | [[File:LocationBurundi.svg|300px]]
|}
'''Repuburika y’Uburundi (Uburundi)''' ni igihugu kiri muri [[Bufirika|Afirika]] y’ubuseruko.
* ''Izina ry’Igihugu'': Repuburika y’Uburundi
Umurongo 26:
== Akahise ==
Abashakashatsi bavuga ko Uburundi bwamyeho bwa gihugu cikwiye kuva mu kinjana ca 16. Mu mwaka w'1903
Akahise k’Uburundi karanzwe n’igihe c’ubwami bwa kera bwabayeho imbere y’ubukoroni, n’imbibe zitahindutse. Uburundi bwashinze imizi kuva mu kinjana ca 16 canke ca 17 mu karere karimwo abantu kuva mu kimpumbi ca mbere imbere y’umuzo wa Yezu Kirisu. Bwari Ubwami bushingiye ku migenzo n’amategeko kama y’Imana, umwe wese akamenya ico ajejwe ariko kandi ata migenderanire ishemeye n’amakungu iriho. Ico gihugu rero kitagira imihora co muri Afirika y’Ubuseruko, gitumbereye mu karere k’ibiyaga binini kikaba kigizwe n’[[abahutu]] (bangana n’ibice 85%), [[abatutsi]] (bangana n’ibice 14%) n’[[abatwa]] (bangana n’igice 1%) kikaba kirangwa n’imico imwe n’ururimi rumwe. Indimi zizwi kandi zikoreshwa mu kazi ni ikirundi, igifaransa; igiswahili gikoreshwa canecane mu buzima b'urudandazwa.
|