Imbata: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Content deleted Content added
Amélioration de l'article.
Amélioration de l'article
Umurongo 4:
'''Imbata''' ni [[igikoko]] gifise amababa nk'inyoni, kikagira umunwa ufyase kandi muremure.
 
Imbata zikunda ahantu kenshi hari amazi, zimwe mbere usanga zibera mumazi, mugihe izindi ziba kw'isi zorowe cane cane n'abantu mumihana yabo.
 
Mubijanye no kurondoka, imbata zirata amagi kurya kw'inkoko canke inyoni muri rusangi, zikabundikira hama inyuma y'ikiringo zikaberura ya magi akavamwo imiswi y'imbata.
 
[[Category:Ubumenyi bw'ibintu bifise ubuzima]]