Ikambari: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Content deleted Content added
#WPWP #WPWPBI
Small correction
Umurongo 1:
'''Ikambari''' canke '''isomvyi''' (''Clarias gariepinus'') ni ifi zirobwa mu nzuzi zo mu Burundi; cane cane mu tugezi ahantu haba hagwiriye ivyatsi biboze. no mu kiyaga ca tanganyika zirabonekayo ariko ho zirakura cane gusumvya izo mi tugezi. Ifise urukoba runyerera cane ikiva mu mazi kandi nta bigaragamba ifise.
[[File:Heterobranchus_longifilis_(cropped).jpg|thumb|Heterobranchus longifilis (cropped)
 
 
uyirabiye mu mazi]]
 
 
 
 
 
 
 
[[File:Heterobranchus_longifilis_(cropped).jpg|thumb|Heterobranchus longifilis (cropped) uyirabiye mu mazi]]
[[File:African_Cat_fish.jpg|thumb|African Cat fish]]
[[File:Clarias_-_Hula_Valley1.JPG|thumb|Clarias - Hula Valley1]]
 
[[Category:Ubumenyi bw'ibintu bifise ubuzima]]