Uburundi: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Content deleted Content added
#WPWP #WPWPBI
#WPWP #WPWPBI
Umurongo 46:
* [[Ubwislamu mu Burundi]]
== Indero ==
[[File:Juego_Burundi.jpg|thumb|Juego Burundi]]
 
[[Amashure matoya]] : Mu Burundi abana batangura amashure matoya bafise imyaka itandatu.
Amashure matoya atunganijwe mu myaka itandatu. Umwaka wa gatandatu uherezwa n'ikibazo ca Reta giha abarushije abandi uburenganzira bwo kwiga mu mashure yisumbuye akukira Ireta. Abamenye mugabo bataronse ubwo burenganzira, baca biga amshure yisumbuye akukira amakomine. Abo kinaniye barashobora guhitira canke bagaheba kwiga, bakaja kurondera ubuzima mu myuga mitomito. Abenshi muri abo birabagora cane kwiteza imbere kuko baba bavuye mw'ishure bakiri bato kandi ata bumenyi bukwiye bafise.