Uburundi: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Content deleted Content added
No edit summary
Amaparati: Mobile edit Mobile web edit
Umurongo 51:
 
Kugira babandanye igice ca kabiri, bategerezwa kumenya ikibazo co mu mwaka w'icumi. Abafise ubumenyi bujanye n'ibiharuro, barashobora guhitamwo kubandanya amashure yisumbuye mu gisata c'ibiharuro n'ibindi vyirwa bijanye. Abafise amanota meza mu ndimi n'ibindi vyirwa bijanye na bo bashobora ku bandanya amashure yisumbuye mu gisata c'indimi. Muri ico gihe, ivyirwa abana biga biba bishimikiye ku ndimi canke ku biharuro. Bitayeko, abana barashobora guhitamwo kwiga amashure y'imyuga. Abana bahisemwo kunonosora ibiharuro canke indimi, bategerezwa gukora ikibazo co mu mwaka w'icumi na gatatu. Ni ikibazo c'Ireta gihambaye cane gitanga uburenganzira bwo kwinjira muri kaminuza.<ref>{{cite web|url=http://www.university-directory.eu/Burundi/Burundi-Universities.html|title=Amashure kaminuza}}</ref>
 
<br /><gallery mode="packed" heights="100" class="center">
File:Juego Burundi escondida.jpg
File:Batwa women in Burundi.jpg
File:Burundi tamarillo.jpg
File:Karuzi Burundi goats.jpg
</gallery>
 
== Notes ==