Uburundi: Ubutandukane hagati y'isubirwamwo

Content deleted Content added
++
Umurongo 14:
| align=center colspan=2 | [[File:LocationBurundi.svg|300px]]
|}
'''Irepuburika y’Uburundi (Urundi)''' ni igihugu kiri mu [[Bufirika]] bw’ubuseruko. Bukikujwe n'[[Urwanda]] mu buraruko; [[Tanzania]] mu buseruko hamwe n'Irepuburika iharanira idemokarasi ya Kongo [[RDC]] mu burengero. Ikiyaga [[Tanganyika]] kiri mu burengero bw’[[Uburundi]] kiri hafi y’umurwa mukuru [[Bujumbura]] kikaba ari ica kabiri kw’isi gifise munsi kure cane.
 
* ''Izina ry’Igihugu'': Irepuburika y’Uburundi