Umusonga
Umusonga ufata kimwe nakimwe niyo ndwara y’imbeho giripe, aliko yoyo ifata rwose mumahaha. Umusonga mubisanzwe uterwa na giripe. Umusonga ushobora kwica mubakiri bato, abagikura nabakuze, abarwayi bafise sida, hamwe n’abantu basanzwe barwaye izindi ndwara kuko nta nguvu zo kurinda indwara bafise.