Ni izina bakoresha mukuvuga Umuntu w'igitsina gore akiri muto canke umuyabaga.

Umukobwa

izina umukobwa rirafise ivyitiranwa arivyo vyibi bikurikira: umuzezwanzu, umurondo, umwigeme .

kera umukobwa niwe yarajejwe gukora ibikorwa vyomunzu ; yarateka akavoma ,agasenya,akaja gufasha abavyeyi kurima , mumajambo make umukobwa ivyo atakora vyonyene nibikorwa bisaba inguvu nyishi nko kwicira ibiti,kwubaka inzu,guhiga,..... kuva akiri muto bamutegurira kuba maboko igihumbi. niwe yarera batoyi biwe kugira nawe niyashika murwiwe aze ashobore kurera abana biwe.