Umuceri ni igiterwa kirimwa mu Burundi, kandi kikaba gifungurwa n'abatari bake murico gihugu ndetse no mu makungu