Ubwanwa ni Ubwoya canke imishatsi imera kugasakanwa ku Muhungu ageze mu bigero kikaba ari nikimenyetso cuko yakuze.