'''UMUTIMA''' ni igihimba kimwe mu bihimba vy'umubiri gifadikanije n'ibindi bihimba vy'umubiri bituma ''UMUNTU'' abaho ndetse akabandanya abaho, mugihe icogihimba kibandanije gikora.

Umutima

Iyo umutima umuntu atawitwararitse bigashika ukareka gukora, ivyo mukirundi bakunze kwita '''ihagarara ry'umutima''' umuntu aba ahejeje gushengera ibukama; gupha, ivyo benshi bakunda kwita '''Kuryamira ukuboko kw'abagabo''' , '''Gupfa''' canke '''Kwitaba Imana. Bisigura ko kwitwararika icogihimba ari ibintu ngirakamaro cane kuko bitagenze uko bishobora gutera ikibazo gushika yaho umuntu ahasiga ubuzima bwiwe.

'''Umutima''' nicogihimba gifasha kugira haboneke amaraso akwiragizwa mubihimba vyose vyumubiri.

Umutima uhereye ibubamfu bw'umuntu hepfo yigikiriza.

umutimae