Rutana ni ikomine iri muntara ya Rutana nyene. Iyo komine ifise imitumba mirongo itatu n'umunani.