Komine Ntahangwa ukaba iherereye mu buraruko bw'ico gisagara ikagarukira k'uruzi gwitwa Ntahangwanye, komine Mukaza nayo ikaba.

Ntahangwa ikaba ifise zone kamenge zone kinama ; zone gihosha hamwe na zone Buterere.