Ninoslav Marina
Ninoslav Marina[1][2] (Skopje, Republic of Macedonia, September 25, 1974) is the Rector of the University of Information Science and Technology located in Ohrid, Republic of Macedonia.
UBUZIMA
hinyanyura inyandikoInyuma yo guheza igice ca mbere c’amashure ya kaminuza mugisata ca Electronical engineering kuri UKIM Skopje NM yaronse Ph.D kuri Ecole Pocytechnique Fédérale de Lausanne ( E.P.E.L ) mu mwaka wa 2014 . Mubucuti yagiranye na Nokia research Centre muri Helsinki, ubumenyi bwiwe bwari mu vyigwa vy’itumatumanako n’ishirwamungiro muri wireless communications. Ninoslav Marina yari umuyobozi wa R & D muri Sowoon Technologies kuva 2005 – 2007. Kuva muri 2007 – 2008 yariko aragendera umunyeshure kuri Kaminuza yo muri Hawai i Manoa. Ivyo biheze kuva 2008 - 2009 yakoze nk’umudogoteri w’umushakashatsi muri Kaminuza ya Oslo. Mugihe co kuva muri 2010 – 2012. Ninoslov Marina yariko agendera position y’abadogoteri y’ubushakashatsi ikorana na Kaminuza Princeton. Nanubu aracagendera Princeton mumvo y’ubushakashatsi.
IVY’UBUSHAKASHAKA YA SHITSEKO
hinyanyura inyandikoProf . Marina yarigishije mumakaminuza mirongo ibiri harimwo Leta nzuzubumwe, ubuyapani, Ubwongereza, Isirayeri, Uburusiya, Brazil, Hong Kong, Norway, Fineland, Poritigale hamwe na Repubulika ya ceke. Arafise umwete uhambaye hamwe n’ubuhinga muri Fund raising biciye muma Repubulika atandukanye akora bene ivyo bikoresho hamwe n’amahinguriro. Vyiyongeyeko amaporogarame nka Swiss CTI Swiss NSF, Comisiyo y’ uburayi hamwe na ajanse y’uburayi ijejwe ivy’ikirere. Yarabaye umuhinga asuzuma akanasubiramwo muri comisiyo y’uburayi ya 6 na 7 muri porogarame y’inyubako. Dr Marina ni umwe mubagize Institute of Electronical and electronics engeneers (IEEE) akongera akaba umwe mubashinze ubugira kabiri ikigabane ca makedoniya ca (IEEE) mumajambo y’itumatumanako ry’amashirahamwe.
References
hinyanyura inyandiko- ↑ "UIST 'St Paul the Apostle'". www.uist.edu.mk. Archived from the original on 2016-03-06. Retrieved 2014-08-27.
- ↑ "Ninoslav Marina - European commission". European commission. Retrieved 2014-08-27.