Impene ni igikoko c'igitungano, akenshi cororwa n'abantu kiri mumuryango w'ibikoko vyuza. Kirisha ivyatsi, mukurondoka naho kiravyara,utwana twayo batwita utwagazi. Impene igira amahembe abiri matomato, ikagira amatwi ashinze.

Goat family
Impene