Igihanga ni igufa rikingira ubwonko. Rigizwe n’amagufa atatu: amagufa y’umutwe, amagufa yo mu maso, n’ay’ugutwi. Ibice nyamukuru ni igihimba c'umutwe n'ic'imbere (neurocranium na viscerocranium) kirimwo ubwonko n’ibihimba nko mu maso, amatwi, izuru, n’akanwa. [1]

Ibikorwa vy’igihanga ni ugukingira ubwonko, gutanga umwanya ku maso no ku matwi kugira ngo umuntu abone neza kandi amenye aho amajwi ava. Ku bikoko bifise amahembe, igihanga gikingira mu gutanga ahashingira amahembe.


Igihanga kiri aho
Igihanga c'umuntu kivuye imbere
  1. White, Tim D.; Black, Michael T.; Folkens, Pieter Arend (2011-01-21). Human Osteology (3rd ed.). Academic Press. p. 51. ISBN 9780080920856.