Igiha ni ururimi ruvugwa n'abaha baba mu gihugu ca Tanzaniya. Urwo rurimi n'abarundi bararutahura.