Ibidukikije
Ibidukikije ni ibintu vyose bibaye kw'isi bifise ubuzima n'ibidafise ubuzima. ivyo navyo hakaba harimwo Impwemu, Amazi, Isi, Ibimera n'ibikoko.[1]
Ivyo bidukikije bifise akamaro kanini mu buzima bwa minsi yose nk'Impwemu nziza, Amazi meza, n'isi imeze neza kandi ndimwa.
Ibidukikije kandi birimwo ivyubatswe n'abantu kandi bifise ico bifasha kandi vyonona mu buzima bwa minsi yose.
Gutahura no kumenya ibidukikije bituma abantu bamenya uko bavyitwarako maze bigatuma bagira amagara meza n'iterambere mu buzima bwa minsi yose.
- ↑ environnement