Google 2015 logo.svg

Google Inc. n'ishirahamwe ry'imitahe ryo muri Leta Zunz'Ubumwe Z'Amerika, rifasha abanwanyi kurondera irya n'ino kuri Internet no kumenyekanisha. Kw'itariki za 30 Nyakanga, 2006; iryo shirahamwe ryakoresha abakozi (bakora ingunga zose) 9378. Rifise icicaro i Mountain View, California. Google yatangujwe na Larry Page hamwe na Sergey Brin, tariki 7 Nyakanga, 1998. Rirongowe na Eric Schmidt, kuva aho Larry Page

atangiye imihoho.[1][2]

  1. Brin, Sergey; Page, Lawrence (1998). "The anatomy of a large-scale hypertextual Web search engine" (PDF). Computer Networks and ISDN Systems. 30 (1–7): 107–117. CiteSeerX 10.1.1.115.5930. doi:10.1016/S0169-7552(98)00110-X.
  2. Barroso, L.A.; Dean, J.; Holzle, U. (April 29, 2003). "Web search for a planet: the google cluster architecture". IEEE Micro. 23 (2): 22–28. doi:10.1109/mm.2003.1196112. We believe that the best price/performance tradeoff for our applications comes from fashioning a reliable computing infrastructure from clusters of unreliable commodity PCs.