Gikonge ni umutumba umwe mumitumba igize ikomine ya Bukeye.

Bukeye nayo akaba ari ikomine iri muntara ya muramvya.

Kuruwo mutumba wa gikonge hasanzwe hari urugomero gw'umuyagankuba rugaburira umuyagankuba intara ya muramvya.