Esipanye
(Bisubijwe kuva kuri España)
Ingoma ya Esupanye ni igihugu kiri m'Uburaya.
- Abanyagihugu: 46.934.632 (2019)
- Uburinganire: Ibirometero kwadarato 505.911
- Ukurundana: Abantu 93 ku kirometero kwadarato
- Umwami: Felipe VI
Ingoma ya Esupanye ni igihugu kiri m'Uburaya.