Ingona
(Bisubijwe kuva kuri Crocodylus niloticus)
Ingona (Crocodylus niloticus) ni igikoko kirekire, kiba mumazi. Kirya inyama z'ibindi bikoko, ari ivyo mumazi canke vyo kw'isi(k'umutumba). Ni igikoko kiri mumuryango w'ibikoko vyikwega bigenda vyiburuta hasi.