Colombia
Colombia ( Korombiya mukirundi ) ni igihugu kiri kumugabane wa Amerika.
- Umurwa mukuru: Bogotá
- Abanyagihugu: Imiliyoni mirongo ine na zitanu n'ibihumbi amajana atanu (45 500 000 hab) mumwaka w'ibihumbi bibiri na cumi n'umunani (2018).
Colombia ( Korombiya mukirundi ) ni igihugu kiri kumugabane wa Amerika.