Cherif Al-Hassane Aidara

Cherif Al-Hassane Aidara (yavuse mu 1917 muri Timbédra, Mauritania; yitaba uhoraho muri kigarama 2011 muri Darou Hidjiratou, Senegal) yari umunyasenegal akomoka muri muritani womw’idini Sufi akaba n’umurongozi wayo yegamiye kuri Tijaniya tariqa.

Cherif Al-Hassane Aidara yaje muri Senegal akomoka muri Moritani mubinjana vya1930. Mugihe yashise muri Senegal, yakiriwe na Thierno Siirajaddine Mohamed vyavuzwe na Ba womuri Medina Gounass n umushefu wiwe Seydou Diao.[1][2][3] Bukebuke, yarubakanye n’umukobwa wumushefu we Maimouna Diao. Yabaye mugacimbiri kiwe ka Darou Hidjiratou kandi ninaho yafubiwe muri kigarama 2011.[4]

The Grand Al Hassanayni Mosque (risigura: The “ba Hassan babiri” umusigiti) womuri Darou Hidjiratou wubatswe n’igisata mpuzamakungu Mozdahir numurongozi Waco Cherif Mohamed Aly Aidara. Uwo musigiti wataziriwe mugateka ka Cherif Al-Hassane Aidara nigisekuru ce Al Hassane Al Mojtaba ibn Ali, umwuzukuruza wintumwa Muhamedi hamwe nuwakabiri muri cumi nababiri imamu na cumi na babiri ba Shii.[5][6]

Cherif Al-Hassane Aidara ni se wa Cherif Mohamed Aly Aidara, umurongozi widini Shii nuwatanguje ishirahamwe ritegamiye reta igisata mpuzamakungu Mozdahir (IMI). Cherif Al-Hassane Aidara nawe ni Se wa Cherif Habib Aidara, umurongozi wa komine Bonconto.[7]

  1. Elhadji Lonka Sabaly. Ziarra Annuelle d'Elhadji Thierno Tidiane Sadigui Diallo de Kounkané : Un CLD préparatoire pour la 5é Edition. Le Dental.
  2. Chérif Al-Hassane Aïdara. La Vie Sénégalaise.
  3. Vélingara : Ziarra Annuelle du Guide Réligieux Elhadji Thierno Tidiane Sadigui Diallo de Kounkané Un CLD préparatoire pour commémorer la 5é Edition. Setal.net.
  4. SORTIE DU MAIRE DE BONKONTOU : Les précisions de Chérif Habibou Aïdara. Senenet.
  5. Inauguration une nouvelle Mosquée à Vélingara Al-Hassanayni de Daroul Hijratou voit le jour. Seneweb.
  6. Inaugurantion d'une mosquée construite par l'Institut Mozdahir International : Le khalife de Médina Gounass bénit les actions de l'Ong chiite. Sen360. 2016-04-27.
  7. Qui est Chérif Mohamed Aly Aïdara.