Bururi
Bururi ni intara yo mu bumanuko bw'igihugu c'Uburundi.
- Abanyagihugu: 20.764 ( ibihumbi mirongo ibiri n'amajana i'indwi na itandatu na Bene) Muri 2012 ( ibihumbi bibiri na cumi na kabiri)
- Bururi ni intara ifise amakomine atanu(5) ariyo: Songa; Bururi; Rutovu; Matana na Mugamba.
- Bururi irafise kandi ibibanza vy'iratiro nk'ikibira aho dusangayo ibikoko vy'ubwoko butandukanye. Aho twovuga nk'inkende, imamfu, inyoni zitandukanye n'ibindi bikoko bitandukanye.
- umugwa mukuru uri ibururi iruhande y'ikibira.
- I bururi ni ho kandi dusanga isoko rya Nile (source du Nil) aho bita mu rutovu.