Boliviya
(Bisubijwe kuva kuri Bolivia)
Boliviya ni igihugu kimwe mubihugu biri muri Amerika.
- Uburinganire: Ibirometero kwadarato 1.098.581 ( umuliyoni n'ibihumbi mirongo icenda n'amajana atanu na mirongo umunani na kimwe)
- Abanyagihugu: 11.217.864 (imiliyoni cumi n'umwe n'ibihumbi amajana abiri na cumi n'indwi n'amajana umunani na mirongo itandatu na Bane) muri 2018 ( ibihumbi bibiri na cumi n'umunani)