Berlin
Berlin ni umurwa mukuru w'igihugu c' Ubudagi.
- Uburinganire: Ibirometero kwadarato amajana umunani na mirongo icenda na bibiri (892).
- Abanyagihugu: Imiliyoni zitatu n'ibihumbi amajana atanu na mirongo irindwi na bine n'amajana umunani na mirongo itatu 3.574.830 mumwaka w'ibihumbi bibiri na cumi na gatandatu (2016)
Wikimedia Commons has media related to Berlin. |