Azerbaijan canke Irepuburika ya Azerbaijan (ikiazerbaijan: Azərbaycan, Azərbaycan Respublikası) ni igihugu kiri mu Buraya na Aziya.

Ibendera rya Azerbaijan
Azerbaijan

Azerbaijan ni igihugu cegukira imigabane ibiri y'Uburayi na Aziya. Ni kandi igice c'akarere ka Caucasus yo mu Bumanuko, ikaba igarurwa n'inyanja ya Caspian mu Buseruko. Hari kandi Russie mu buraruko, Georgia mu Burengero bushira uburaruko, Armenia na Turquie mu Burengero. Hari Iran mu Bumanuko. Baku niwo murwa mukuru kandi kikaba ari naco gisagara kinini cagutse.