Akaburi, itongo canke itongo ry'abapfuye ni ikibanza bashinguramwo canke bahambamwo abapfuye.

Icokibanza ni ahantu hubashwe cane umuntu adashobora gukorerayo Ivyo ashatse vyose canke ngo aceyo uko yishakiye