Ukwezi (ikimenyetso: ☾)

Ukwezi

Amezi hinyanyura inyandiko

Amazina y’amezi agize umwaka uko ari icumi n'abiri (12):

  1. Nzero canke ukwambere
  2. Ruhuhuma canke ukwakabiri
  3. Ntwarante canke ukwagatatu
  4. Ndamukiza canke ukwakane
  5. Rusama canke ukwagatanu
  6. Ruheshi canke ukwagatandatu
  7. Mukakaro canke ukwindwi
  8. Myandagaro canke ukwumunani
  9. Nyakanga canke ukwicenda
  10. Gitugutu canke ukwicumi
  11. Munyonyo canke ukwicuminarimwe
  12. Kigarama canke ukwicuminakabiri