Turukiya
Turukiya (Turkiya) canke Republika ya Tur(u)kiya ni igihugu kiri muri Aziya n’Uburaya.
- Umurwa Mukuru: Ankara
- Uburinganire: Ibirometero kwadarato 783.356
- Abanyagihugu: 83.307.674 (2019)
- Ukurundana: Abantu 102 ku kirometero kwadarato.
Turukiya (Turkiya) canke Republika ya Tur(u)kiya ni igihugu kiri muri Aziya n’Uburaya.