Ikambari canke isomvyi (Clarias gariepinus) ni ifi zirobwa mu nzuzi zo mu Burundi; cane cane mu tugezi ahantu haba hagwiriye ivyatsi biboze. no mu kiyaga ca Tanganyika zirabonekayo ariko ho zirakura cane gusumvya izo mu tugezi. Ifise urukoba runyerera cane ikiva mu mazi kandi nta bigaragamba ifise.

Heterobranchus longifilis (cropped) uyirabiye mu mazi
African Cat fish
Clarias - Hula Valley1